
nzobaho - faush-official lyrics
ishoboy faush baby
sorry agic pacci
ayo boy
vers 1:
all member umbwira yukunkunda
nkanka ariko ukaguma u forsinga
ndakubwira yuko nidakunda
nemeye kowanteye agahinda
wahora umbwira kuri baby unkingira
ivyonzokora vyose uzobisangera
none raba wahisamwo kwigira
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
chorus:
ndashaka imana impane ndashaka imana impanee ndashaka imana impanure kweli imana impane gukundana nawewe ndabicek*mugani ndashaka nitahire mpaze niryamire nanje nzobaho nukuri nzobaho nzobaho nukuri nzobaho
vers2
wanyeretse mouve murukundo ntazi koharimw urugendo umpendesha kwari urugendo nasanze indani harimwo ubufindo abagenzi bakambona bavuga ko tutangana ngo jenawe turahendana …………
Random Song Lyrics :
- tmz - quisi laflare lyrics
- fog in my château - lil clipz lyrics
- lampe tempête - moïse the dude & roro lyrics
- 6am in amsterdam. - will hyde lyrics
- em là xuân về - thủy tiên lyrics
- blue - nai. (ingloryus) lyrics
- to you, for me - kaypaige lyrics
- all eyes on me - werenoi lyrics
- jara - mavins, bayanni & don jazzy lyrics
- business - borz lyrics