lirikcinta.com
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu beeefff!!!! – 19th

Loading...

“beeefff!!!!”

[intro]

[verse 1]
naba umuraperi nazanana n’akarusho
muga banka umuraperi yaje kubabera umuco
nako ndabizi, ndunva amagorwa yo kwisi
ninaco gituma umbona nashinzi imizi
ndacishako, abankunda bakura ishapo
nkacira ishano ry’abanyanka bancirako
bikorera imva, bagakorera lucifa
baryamye ntibanatora itiro batarose mpfa

sinari umwansi, ngumana umutwe hejuru
nikundira abo banzi nkaje bakirondera ijuru
baza imana yanvyaye mbega kwari ukwihenda
baza na mama yanvyaye we arazi s’ukwihenda
genda ufate ikaramu ufate n’urupapuro
ugende usigasige ntiwizere kurapa kuno

inzoga zanyowe, eka n’amajwi yatowe
natowe nk’uwanyuma murahumba nzohaguma
ntimunyanke sije ntuma batabunviriza
mushaka kuvuga shapuka ijwi ndabadugiriza
mu bihe bibi nzoba nahindutse umukaca
mukarisha ikibi ntawuzohunga mwese murasha
barakuratarata bakakuyag-yaga
bicwa n’inzara mugabo utashe uhora urya ugahaga

[verse 2]
nar’umuraperi ntari bwamenye ivyari ivyo
kuryama wunva ukundwa ukavyuka kuririmba ari faux
muga nivyo ntakwibwira kwata wukurusha
ubona imbere yo k-menyekana usaba uruhusha
kiradunda kirarota kiranasimbasimba kiranagotwa
cunvise ari iyambere iririmbwa
muga uwo mutima uguhenda uzoguhinduka
kuvyuka usanga abakwikundira batakikwibuka
abansi nimunyirekere ngumane n’abanje
bamwe bagumya impwemu iyo banyunvise ndaje

nd’umwe mwese mw-nka nd’umwe mwese mudashaka
nd’umwe ushishwa wunvise mugabo uguma uyaga
mwami mu guhanga banyitiriye akaranga
nkundwa na bake bamwe dusangiye akabanga
siwewe wantoye sinamye aha kuva kera
nd’uwa vuba kandi amajwi aguma yiyongera

bavuga menshi menshi vuba mu kanwa hanuka
kwa muganga mwandikire vuga make uce uruhuka
kuva nd’umuraperi benshi barashavura
umuziki nanje ntukunda vyose uracagura
vice ni keperi sultan ni umugesera
nuko nyene atanwa ibiyeri boca bomukerera
afashwe ava mwi bus aja kunwa mwp mangazini
yararik-mwe n’aba missi bali bouger paka cini

[verse 3]
nab’umuraperi ntazi ko buriya nkaze
ndirimba verse zitatu nkabona ko zitamaze
bariyemera sana bibaza yuko basumba
abanyiyunvamwo buca bababwira murahumba
baza bamfata nabi bangira igi koropesho
ntuz ugume urya imihari ngo ndi ka gapeti k’ejo
ngo wamana ubukene mwi bari ntugisorora
wa mupet-t nzura yayamaz kuyu mugoroba
ubu waburiwe, ego ubu ntugihakanye
ko je ndi wa muhungu mu kurapa yananiranye

kuki mufuha kuki muhunga
sinje kubica je kubaririmbisha
kuki mutaha kuki muraha
mbega indirimbo zanj zirabaruhisha
kuki muvyina kuki muriha
kuko indirimbo zanje zingora kubisha

[outro]

oh yeah on you m-th-f-cker! oh yeah!! haha!! hehehehee!!

(funnyvoice) ntubabare ntubabare ntubabare eh! niwe mbwira nyene wewe nyene wewe umfata nabi urakanyarigwa!! hahahahahah!!

lirik lagu lainnya :

YANG LAGI NGE-TRENDS...

Loading...