lirikcinta.com
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu ukuri n’umwumvikano pt.1 – gungahu

Loading...

[couplet unique]
mwami tubise dukore akazi tuje twasiritse
ndi nk’inkuba kugira umfate uzoba watigise
nda rappa muga jewe ntabwo nshaka ama sigise
i mean nda rappa muga j’le fais pas pour le succès
kuva ntaguye ku rappa benshi banyita umus’tari
i’m a threat for them rappers, barandira umuhari
okay, reka mbafatire embargo, mb’ice
flow yanje yo ni big cargo, they want some beefsh-t
numvise bamwe muribo biyita ‘kings’ for real??
noza mwombona, you got fake blings this ain’t real
the revolution of the rapgame, sit down & watch
ntukanyicare impande, if you beefin’ for clout
sinzogurisha umushaha the devil is a liar
i won’t allow my daughters gukora akazi kindaya
mfise ubwoba kubizobashikira nimwampiza
mana sinshaka guc-mura nzogume mumwiza
ntibazosomborotse uruyuki ndi, je n-bica
mugani wa pim je nzoteka murye umuhisha
uzokwibaza kari ama jiin, unyumvise mpita
uzotabaza ababanyi umbona mu ndoto nyika
mfise flow, itari ya faux, cufata your phone
umpamagare hama unsabe mpeze nze gu perform
je nkiki ovni kwiyi ngoma, ndagutera ubwoba
kuvyiyumvira uguma wiboma, kubera ugoba
je ntabwo ngoba, je nguma ntoba, nguma ndaba aho n-ba
ndi nkisake kuko je nguma n-ba
ndan-ba, fake rappers, fake presenters
ndan-ba, the whole industry niyaba menja
ndan-ba, ba fans bada sapotinga real sh-t
ndan-ba, them clowns bigira ngo nabatware
ndan-ba, ya bad vibe, ya ethnicity
burundi bwejo je nawe twumvikane fiti
bambwiye ngo mfise potential, hamwe na talent
nibaza ngo they gon’ support me, naho that’s not it
ngira vuba ndanyarutsa gusohora na mixtape
ndashira youtube, projet iza yitwa “phone made tapes”
ndapowa

hmm!

mbandanya nkoranya imbaga, gukora gushika mpaka
nkora ntatera na swata, nkora ntuzigera umfata
ushake ufate umuvuduko, nzovutura nibimboshe
mvugute umuti wurukundo, ugire umutima udoshe

vuga uti nkeneye un’coaché, nubanze uce mwisengero
buyengero agasengere, uceceke uce na bugufi
nguceko ngenda rusoro, ngusurire ivumbi
nkwenurire, singenda buhoro, ntabwo mfata i horo
ndandika, vyinshi biza mwijoro
nkubwiza ukuri tuk-mvikana, je nshaka amahoro

lirik lagu lainnya :

YANG LAGI NGE-TRENDS...

Loading...