lirikcinta.com
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu isengesho – nishimwe gadd

Loading...

mana yanje ni wewe ukora ibirengeye ubwenge bwanje
ndakwipfuza muri ibi bihe ndimwo mwami
kuko ari wewe ushobora k*menya ico umutima ushaka ndakwipfuza

muri ibi bihe ndimwo mwami

ndakwipfuza, ndakwipfuza, ndakwipfuzamana yanje

ndarekuye sinkishoboye manitse amaboko yanje
amaso yanje yitegereza wewe gusa
kuko atawundi atari wewe yotuma ivyanje bihinduka
amaso yanje yitegereza wewe gusa

ndakwipfuza, ndakwipfuza, ndakwipfuzamana yanje

muri ibi bihe atanyishu ndakwipfuza
ndakwipfuza mana yanje
muri ibi bihe atanzira ndakwipfuza
ndakwipfuza mana yanje
muri ibi bihe vy’amarira ndakwipfuza
ndakwipfuza mana yanje
muri ibi bihe vy’amarushwa ndakwipfuza.
ndakwipfuza mana yanje

ndakwipfuza mana yanje

lirik lagu lainnya :

YANG LAGI NGE-TRENDS...

Loading...