lirik lagu miss you – sat-b
miss you lyrics
jigger beat
sat*b
romantic sounds
verse 1
allo bite christa bwakeye
waramutse gute ? waramutse neza?
ko nkuhamagara ntiwitabe
nyitaba basi wumv’ico nkubwira
aho umbona nta mahoro
kubera ya ncuti yawe
ndazi k*mushikira ubu butumwa
mubwire uti vyanse vyanse
kagoheka
vyanse ko amara na kabiri
niwateba
uzosanga yiyahuye ! yiyahuye
uti mimba ari amakosa yiwe
nashimye kuyirengagiza
nkuko ryari isezerano ryokuzo
kwihanganirana
uti nta kamaro ko kwihisha
burigihe iyo duhuye
nimba ari amakosa
narayanubabariye darling
chorus:
ivy’isi n’ubusa busa busa naho
dukunda ibiguruka
naho tubibona canke tubironka
naho dupfa dupfa duhejeje
ivy’isi n’ubusa busa busa naho
dukunda ibitibuka
naho tubibona canke tubironka
naho dupfa dupfa duhejeje
if you cry, i’m crying
you cry, i’m crying
oh never forget darling
oh darling (x2)
verse 2
tumeshindwa kuelewana ila
nampenda sana
ajuwe roho yangu anaicoma
kutwa kutukana mapenzi
yamekuwa noma
oh nateseka sana
nimefika mpaka dar
k*msaka mondi wa tandale
anieleze nini siri yamafanikio
niweze kukutunza
sijamuona
oh mama sijamuona
kwani wapo wengi kama mimi
walokosewa na leo wameridhika na
wao wapenzi
nagerageje k*mwibagira
ariko bimbera umuti urura
mbega nibiki ko agumya umutima
bikamunanira no kunsaba ibambazi
imbabazi nizo zubaka
nizo zubaka ingo zabasogukuru
harya ivy’isi ivy’isi n’ubusaaaaa
chorus:
ivy’isi n’ubusa busa busa naho
dukunda ibiguruka
naho tubibona canke tubironka
naho dupfa dupfa duhejeje
ivy’isi n’ubusa busa busa naho
dukunda ibitibuka
naho tubibona canke tubironka
naho dupfa dupfa duhejeje
if you cry, i’m crying
you cry, i’m crying
oh never forget darling
oh darling (x2)
lirik lagu lainnya :
- kumpulan lirik lagu at the close of every day › lirik lagu hallways – at the close of every day
- kumpulan lirik lagu hotelo › lirik lagu mel limão – hotelo
- kumpulan lirik lagu jul › lirik lagu la doudoune – jul
- kumpulan lirik lagu kalai › lirik lagu one life – kalai
- kumpulan lirik lagu the fin › lirik lagu life is wasted on the living – the fin.
- kumpulan lirik lagu man overboard › lirik lagu for the world – man overboard
- kumpulan lirik lagu histamine › lirik lagu tihiro – histamine
- kumpulan lirik lagu rubicini › lirik lagu talk down – rubicini
- kumpulan lirik lagu djavan › lirik lagu luz – djavan
- kumpulan lirik lagu big daddy › lirik lagu sgt. pepper’s lonely hearts club band (reprise) – big daddy