lirikcinta.com
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lirik lagu ndumu boss wanje – snow cay

Loading...

ndumu boss wanje-snow cay

gg production
snow cay intro:y’all its ur boi snow cay oh my n-gga
ayoo wat up kolly?(dj kolly)
thank u so much man
amma ma own boss
yeah my overdo team wat up?
i see u nanga,i see u stikk,i see u driver,i see u n-t
an’ everybody in the house right here dear…keep it up

chorus 1
subirinyuma(maaa) mugabo ntunsubizinyuma
jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma
mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa)
subirinyuma mugabo ntunsubizinyuma
jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma
mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa)
ndumu boss wanje snowcay ndumu boss wanje
ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje
nkoresheje head yanje(yaaah!!!)
ndumu boss wanje snowcay ndumu boss wanje
ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje
nkoresheje head yanje(yaaah!!!)

verse 1 (snowcay)

isazi ntisinzira ryatse iguma iguruka
nanje singona i beat ivuze amatwi arumva amaboko akandika(braa!!!)
ndi a la mode,kuki wigira sindavyumva?
kwubaka izina sugufyina ahuzoja hose jew’uzogum’unyumva(nyumva)
ndumu boss wanje,nkwemeze ko ndumu boss wanje
urya mu b-tch usig-ye ujana ntuzi ko yahora ar’umu demu wanje?(unhaa!!)
haguruka(wow!!)
tambuka(tambuka!!)
simbuka(simbuka)
shinuka(shinuka)
ntugir’ubwoba
turik-mwe naba
niho baba(waah)
ntibava mwitaba(yeah)
kuguma undaba ivyo mvuga vyoba ar’amakosa
canke nabaye gugu nkambara impuzu simiyoni ataramesa(hoou!!)
mugenzi wanje
jewe ndumu boss wanje
ntakindi kinzanye ngaha atar’ukugusab’ivyanje(braah)
bizane(braah)
ndabibone(yeah)
ndavyerekane yewe atarivyo nguhane

chorus 2
subirinyuma(maaa) mugabo ntunsubizinyuma
jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma
mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa)
subirinyuma mugabo ntunsubizinyuma
jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma
mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa)
ndumu boss wanje snowcay ndumu boss wanje
ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje
nkoresheje head yanje(yaaah!!!)
ndumu boss wanje snowcay ndumu boss wanje
ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje
nkoresheje head yanje(yaaah!!!)

verse 2 (snowcay)
ic’ushatse kuvuga ntiwandike ntikib’arico
inyeyeri mwijoro ziraka gushika buce(braah!!)
bk amaso arahindur’imico
akayi agakunk-mura ntavya buhoro buhoro(zigzag)
bobo akana uti sorry ntuzonyankire ico
paparazzi mendrew nivyo azi avug’i picture igatambuka(aaanh!!)
abajama bagashinuka k-mbuga
deya yac’uba lazy layzy ba nk’umusazi(wouh!!)
mucongereza ni go crazy
sigi gir’ikigongwe ugire n’ibisigi(giii)
young snow niwe lil g
n-gga nibisanzwe thund’iwiwe nikaranga(gun)
flow yanje sinkizindi ntavyo baramenya
niwanyereka ico nsinya ngo nsinye nzosinya
ntaco ninona ndagurutse na capitain
gusang’iyari umwami w’ibirere(brah!!)

chorus 3

subirinyuma(maaa) mugabo ntunsubizinyuma
jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma
mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa)
subirinyuma mugabo ntunsubizinyuma
jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma
mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa)
ndumu boss wanje snowcay ndumu boss wanje
ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje
nkoresheje head yanje(yaaah!!!)
ndumu boss wanje snowcay ndumu boss wanje
ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje
nkoresheje head yanje(yaaah!!!)

outro…
hahahaha,its ur boi snow cay n-gga
u kno wa’ n-gga?
i k!ll this bus’n’s wit no other
jus’ get the f-cked up n-gga
an’ everyday we stay up
grind every summer,every muci..hahahaha(kolly the magic)
yeah i got here huge big up to all ma neighborhood
mendrew,sigi,deya,bk,bobo,martial..unh ddddj prince

lirik lagu lainnya :

YANG LAGI NGE-TRENDS...

Loading...